Umuntu wa mbere yakomeretse yamenyekanye mu gihe Hawaii ibandanya guhangana n'ikirunga ca Kalauea kimaze indwi zitari nke kiriko kiraruka. Uwo mugabo yakomeretse yari yiyicariye imbere y'inzu yiwe aho ...